Pages: 1 |
Nestor Niragira
|
10/26/2019 02:32:02 PM
|
Bonjour, ni business yitwa Alliance in motion global, yatanguriye muri philippine muri 2006 ishika muri
Afrika - Nigeria muri 2012 ,uganda2015 , Burundi 2017. Intumbero ni uguteza imbere amagara y'a bantu
biciye mungaburo zikozwe muburyo bugezweho bwa nano technologie mugushira hamwe imboga n' ivyamwa
hisunzwe ibisabwa na OMS kugira uturemangingo tugize umubiri dusgobore kunesha imigerayirebanga. Iki
gikorwq Aim global igikorana n'ikigo citwa Nature's way c'abanyamerika kimaze imyaka irenga 50 gikora
ingaburo. Gifise abahinga barenga 200. Uwinjiye atanga umutahe ungana 730.000 fbu angana compte imwe cnk
2.190.000 fbu kuri comptes 3, 5.110.000 fbu kuri comptes 7. Iyo winjiye uronka packets z'ingaburo zingana
na comptes watanguje. Ushobora kwunguka udandaje izo ngaburo cnk uutazidandaje mu gutumira abantu 2 . uwo
winjiye wese uronka commission ya 45.000 fbu ,babaya 2 uronka matching bonus ya 90. 0000 fbu. Bamwe 2
uca ubafasha kuzana abandi 2 ,matching bonus urayironka naho atawo ubawinjijemu mugihe abo winjije
binjije abandi. Habonetse umwe à gauche uwundi à droite uca uronkronka matching bonus. Utangura uri
Distributeur , ukaba silver exécutive , gold exécutive, global embassador , etc |
Pastor Nestor NIRAGIRA
|
03/28/2018 04:02:34 AM
|
Bonjour, j'ai completé le formulaire . J'attends la suite
Merci |